Kirundi |Rundi
Nimba wibaza ko warenganijwe kubera imvo zukwirikira:
- Baravye ko urumukenyezi canke umugabo
- Baravye abomugendera
- woba wubugenze
- woba urumuvyeyi
- woba wonsa
- imyaka ufise
- Ubwoko bwawe
- Ubumuga ufise
- Ivyiyumviro canke ibikorwa bijanye n’idini ryawe
- Ivyiyumviro canke ibikorwa vyawe bijanye na politike
- Ibikorwa bijanye n’amashirahamwe yabakozi
- Iibjanye n’ubushurashuzi
- Ibijanye n’uko woba uri umuhungu canke umkobwa
- Amabanga ajanye n’umuryango musinzwe
Muri ibi bikwirira:
- Mukazi mokora
- Amashule mwigamwo
- Uburaro
- Ingene muronka imfashanyo(canke ibindi bijanye n’ubuzima bwa minsi yose)
Murashobora guhamagara Ishrahamwe rishinzwe Kurwanya akarenganyo ya Queensland kunimero 1300 130 670 kugira babafashe.
Turashobora kandi kubafasha muvyerekeye ingene mworwanya ababaronderako ubushurashuzi n’ abangushi bitwaje ubwoko, idini, ubuhumbu canke babahora ko murabakenyezi, canke abagabo
Tubamenyesheje ko dufise ibiro i Brisbane, Rockhampton, Townsville na Cairms.
Turafise kandi udutabo mundimi z’amkominote muturukamwo kandi turashobora kubafasha mukurondera ababasigurira mundimi zanyu iyo bikenewe.
Version : November 2007